EUGENE OFFICIAL

Impamvu umutwe wa FDLR utazaranduka burundu muri RDC
AMAKURU MU MAHANGA POLITIKE

Impamvu umutwe wa FDLR utazaranduka burundu muri RDC

Oct 12, 2025

Abashakashatsi batandukanye bagaragaza ko umutwe w’iterabwoba wa FDLR wamaze gushinga imizi muri bimwe mu bihugu bigize akarere k’ibiyaga bigari, nka Jason Stearns umushakashatsi ku bijyanye n’intambara muri RD Congo, avuga ko ibyegeranyo by’umuryango wa LoniĀ  byerekana ko ubu aba barwanyi ba FDLR bagera mu bihumbi nibura bitatu.

Uno mushakashatsi yererekana impamvu nyinshi zituma umutwe wa FDLR udashobora kuzimangana burunduĀ  kandi nizituma urushaho kongera imbaraga mu gukorera muriĀ  muri RDC nyuma y’imyaka hafi 30 yose uhaba, nubwo habayeho ibitero byinshi biwurwanya.

Impamvu yaĀ  ya mbereĀ  agaragaza avuga ko “abarwanyi benshi ba FDLR batinya ko ari nka hamwe basubira mu Rwanda bototezwa, bagapfungwa cyangwa bakicwa, nubwo hari umugambi w’igihuguĀ  cy’u Rwanda cyo gusubiza mu buzima busanzwe abatahutse”.

Ati: “Ibyo ni byo biri mu mitwe y’abarwanyi bato bato hafiĀ  ya bose, ariko ibyo siko bimeze.Ā  Ā kuri benshi, ni uguhendwa hamwe no kubakoropa mu mitwe, bikorwa n’abayobozi ba FDLR, bababwira ko ni baramuka basubiye mu Rwanda bashobora gutotezwa cyangwaĀ  bakagirirwaĀ  nabi .

Uno mushakashatsi avuga ko ugukorana hagati y’izi nyeshamba za FDLR hamwe n’amaleta ya Congo yagiye akurikirana byakorwa mu kwishura ku bitero by’Urwanda kuri iki gihugu, bivuye ahanini ku ntege nke z’igisirikare ca Congo, mu gihe abarwanyi ba FDLR bobo baboneka ko bagendera kuri “discipline” kandi ko bari bazi kurwana.

Ati: “Rero amaleta, kuva no kuri Mobutu, yamye akoresha imitwe yitwaje ibirwanisho, cane cane agakorana na FDLR, kuko yafatwa nk’umutwe uzi urugamba, mu gihe bamwe mu barwanyi babo bari barahawe inyigisho zihagije za gisirikare.

“Hejuru y’ibi, mu barwanyi ba FDLR wasanga hari ‘morale’ nyinshi, aho bashobora kuja ku rugamba bagahangana bikomeye n’umwaziĀ  mbere bakemera no gusheta ubuzima bwabo, kubera baba bari ku marangamutima akomeye.

“Nicyo gituma bamye bafatwa nk’abarwanyi kabuhariwe, ari nacyo gituma leta ya Congo yamye ikorana nabo”.

Abajijwe ukungene bakorana n’igisirikare cya Congo, CurĆ© Ngoma arabihakana, ariko akavuga gusa ko basa n’abasangiye umwansi umwe.

Ati: “Urugamba rwacu ni ugukingira impunzi zacu n’ukwumvikanisha urugamba turimwo nk’impunzi z’Abanyarwanda. Abakongomani nabo bafise umurongo w’urugamba rwabo, nta na rimwe rero twovuga ngo turakorana.

“Icyo duhuriyeko gusa ni uko dusa nkaho dufite umwanzi umwe aduhiga mu karere turimo, ni ukuvuga M23. Iyo bariko baduhiga, baje kurwana na FARDC hari igihe bashika ku birindiro vyacu, tugahangana, ariko twebwe ntaho duhuriye n’urugamba reta ya Congo irwana na M23”.

Nayo kubona rimwe na rimwe igisirikare cya Congo carabatera, Ngoma avuga ko byakorwa n’abari mu gisirikare cya Congo “bakorana n’umwansi”.

Mbere ya M23, Urwanda rwakoranye na leta ya Congo. Mu by’ukuri, igihe Felix Tshisekedi yashika ku butegetsi, yarakoranye cyane na leta y’U Rwanda.

Avuga ko ibi bitero vyagiye bikorwa n’ingabo za Congo hamwe n’iz’Urwanda “vyatumye FDLR isa n’iyafuswe rwose mu ntara ya Kivu y’Epfo, ubu ikaba isigaye mu ntara ya Kivu ya Ruguru, itakaza abarwanyi batari bake ku buryo gushika mu 2021 yari isigaranye abari hagati ya 500 na 1000”.

Ariko rero, “igihe M23 yagaruka mu 2021,Ā  inyuma y’amezi make reta ya Congo yaciye isubira gutangura gukorana na FDLR, hanyuma FDLR nayoĀ  itangira kwinjiza abarwanyi”, nk’uko Stearns akomeza abivuga.

Ati: “Rero mu by’ukuri, ingufu za FDLR zariyongereye cyane kuva M23 itangije intambara kubera nyine ubufasha FDLR yahawe na Leta ya Congo. Aha rero uhita wumva ko intambara ya M23, uretse ko idashobora gutorera umuti ikibazo cya FDLR nkuko byagaragajwe ko ibihugu bigize ibiyaga bigari hose irmo.

“Hafi abarwanyi bose ba FDLR bari mu karere kagenzurwa na M23, ntibari mu karere kagenzurwa na reta, nibaza ko iki ari nkenerwa ko abantu bakimenya”.

Reta ya Congo yo ihora ivuga ko idakorana n’izi nyeshamba, ikabona ko ari urwitwazo rwa Reta y’Urwanda kugira ngo ruvogere ubusugire bwayo. ariko leta y’u Rwanda yo irabihakanaĀ  Hagati aho, ibyegeranyo bitari bike by’abahinga ba Loni byagiye byerekana ko hari ugukorana hagati y’izi mpande.

Ku bwa reta y’Urwanda, FDLR ni ikibazo gikomeye ku mutekano warwo, kandi ko mu gihe cose izoba ikiri ikibazo, ruzofata ingamba zo gukingira ubutaka bwarwo,wavanye leta ya congoĀ yavugwa ko ishigikiwe n’Urwanda, imwe mu ntego yari iyo kurandurana n’imizi FDLR, intego itarigera ishikwako.

Ni na vyo biri mu masezerano reta y’Uwanda iheruka gushikako na Reta ya Congo, hari ku wa 27 Ruheshi (6) 2025, mu mugambi w’amahoro uhagarariwe na Amerika.

Ku bw’umushakashatsi Jason Stearns, ni vyo koko ko FDLR ari akaga ku basivire ba Congo, nk’uko bimeze no ku yindi mirwi yitwaje ibirwanisho, kuko ni “umutwe ukoresha iterabwoba, witwara bunyamaswa. Iyi mitwe yose yitwaza ibirwanisho isanzwe ibayeho ku migongo y’abanyagihugu”.

Stearns aremera ko FDLR iteje ingorane Urwanda, ariko agasa n’uwerekana ko ibibazo iteza bishobora kuba bidafise uburemere bihabwa.

Amakuru menshi agaragaza ko Fdlr ubu yimukiye mu gihugu cy’u Burundi.